Bamwe mu bakoresha imbuga hwaniro bamaze igihe berekana ko impanuka z'indege ziriko ziraba nyinshi, inyuma y'urukurikirane rw'iziheruka zikomeye. Ku wa 29 Kigarama (12) 2024, abantu 179 barapfiriye mw ...
Urukiko rw’ibanze rwa Kagarama mu mujyi wa Kigali rwahanishije amande ya miliyoni y’amafranga y’U Rwanda umushoferi waregwaga kwica bitavuye ku bushake umunyamakuru John Williams Ntwali. Umucamanza ...